China: Umunyamakuru yatanze amakuru igihe coronavirus yaduka i Wuhan arapfunzwe
Comments Off on China: Umunyamakuru yatanze amakuru igihe coronavirus yaduka i Wuhan arapfunzwe
Originally published by BBC on December 29, 2020 Umumenyeshamakuru w’Umushinwa yakoze amakuru igihe coronavirus yaduka mu gisagara ca Wuhan yaciriwe umunyororo w’imyaka ine. Zhang Zhan yagirijwe “guteza imigumuko n’uruhagarara”, ikintu abaharanira uburenganzira bwa muntu bakunze kwagirizwa muri ico gihugu. Uyu munyamakuru w’imyaka 37 yahoze ari umushingwamanza, yahagaritswe mu kwa gatanu, (read more…)
Read more